Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mali, na hamwe muri Afrika, Prigozhin yari intwari
Mali, na hamwe muri Afrika, Prigozhin yari intwari
Yatangajwe
“Intagondwa z’aba Islam zatuzanye muri iyi kambi ku nguvu”.
Impunzi ziciwe n’intagondwa za Islam zinashinga intahe :
“Baradutuririye indya zose”.
“Intagondwa za Islam, n’iyindi mihimbiri, baradutinya” (Prigozhin).
Izo ntagondwa Wagner ivuga ko igwanya, zifise imizi mu bihugu vy’Abarabu, ariko ntizirekura akarere ka Sahel, muri Africa.
Wagner igiye kubandanya gute ifasha urugamba ibihugu nka Mali?