Afrika y’epfo: 'Mama, iyi nzu yose irashobora guturika igihe cose'.

Insiguro ya video, None ni kuki hari abahaba hameze uko?
Afrika y’epfo: 'Mama, iyi nzu yose irashobora guturika igihe cose'.
Yatangajwe

Ni amazu nk’imwe iheruka guhiramwo abantu barenga 70, i Johannesburg.

Agenzurwa n'imigwi y'inkozi z'ikibi, zikahakodesha bidaciye mu mategeko.

“Hama habera ingwano, abantu bakahicanira, umwanda nawo ukwiye hose”.

Ababa muri ayo mazu “yigaruriwe” n’inkozi z’ikibi, niko bahabaye.

None ni kuki hari abahaba hameze uko?

Afrika y'epfo : insiguro y'umwe mu baba hafi y'ahari inzu yahiriyemwo abantu.
Insiguro y'isanamu, Afrika y'epfo : insiguro y'umwe mu baba hafi y'ahari inzu yahiriyemwo abantu.