Uko umutama w’imyaka 103 yaronse imidali 59 y’inzahabu

Insiguro ya video, Ariko ibanga rya Sawang Chanpram ni iryahe?
Uko umutama w’imyaka 103 yaronse imidali 59 y’inzahabu
Yatangajwe

Mu myaka mike cane, Sawang Chanpram, yabaye umunonotsi wa mbere muri Thailand yaronse imidali myinshi y’ubunonotsi.

Yatanguye kwimenyereza ku myaka 97 abonye ivyashikiye umugenzi wiwe.

Sawang avuga ko yipfuza kubaho gushika ku myaka 110.

Ariko ibanga ryiwe ni iryahe?

Thailand: ibanga rya Sawang Chanpram ni iryahe?
Insiguro y'isanamu, Ariko ibanga rya Sawang Chanpram ni iryahe?