Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Agashimwe ko mu 2023 kitiriwe umumenyeshamakuru Komla Dumor
Agashimwe ko mu 2023 kitiriwe umumenyeshamakuru Komla Dumor
Yatangajwe
Uyu mwaka 2023, Paa Kwesi Asare azwi muri Ghana, niwe yatorewe agashimwe kitiriwe Komla Dumor.
“Komla Dumor yaharaniye ukumenyesha amakuru kwerekana Afrika mu mpande zose”, ku bwo abarongoye BBC.
Asare yavuze ko afata umuhisi Dumor nk’akarorero m’umwuga.
Ni agashimwe kashinzwe mu 2015 na BBC, inyuma y’aho Dumor yitabiye Imana.