Zanzibar: uko ishule ryahinduye ubuzima bw’abanyeshule

Insiguro ya video, Kuva WC n’amazi bibonetse, vyemezwa ko ubu n’abana basiba bari mu mihango, vyahindutse.
Zanzibar: uko ishule ryahinduye ubuzima bw’abanyeshule
Yatangajwe

Ibaze ishule ry’abana 3 500 basangira WC zitarenga 6 !

Abigisha n’abavyeyi baratumyeko inama yo mu kibano, herekanwa uko abana babangamiwe.

Abo bana baratonda imirongo miremire imbere ya WC, hakiyongera ingorane y’isuku, cane cane ku bakobwa mu gihe c’ubutinyanka.

Zanzibar: kuva WC n’amazi bibonetse, vyemezwa ko ubu n’abana basiba kwiga bari mu mihango, ubu itakiri ingorane.
Insiguro y'isanamu, Kuva WC n’amazi bibonetse, vyemezwa ko ubu n’abana basiba kwiga bari mu mihango, ubu itakiri ingorane.