Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umwuga wa DJ, umwuga utoroshe ku bagore muri Irani
Umwuga wa DJ, umwuga utoroshe ku bagore muri Irani
Yatangajwe
Kuba umu DJ mu gihugu ca Irani si ikintu coroshe, cane cane iyo uri umugore canke umukobwa.
Iyi ni inkuru y'abagore bagerageje uwo mwuga muri ico gihugu gifise amategeko akaze afatiye kuri Islam.