Wibaza ko hari abakwabura, canke unekwa ku mihora ukoresha?

Insiguro ya video, Ubuhinga buratera imbere cane, ama leta, henshi mw’isi, nta gahengwe afise.
Wibaza ko hari abakwabura, canke unekwa ku mihora ukoresha?
Yatangajwe

Hariho ama leta aneka abanyagihugu bahanahana ubutumwa.

Ni ababucisha kuri za whatsapp, Twitter, Instagram n’ahandi.

Meta, uruganda rwashinze imwe muri iyo mihora, mu gukingira abakiliya bayo, iriko irakomeza igenzura ry’urwo “busuma”.

Ku mvo “zo kurwanya ubukozi bw’amabi, gukingira abanyagihugu, cane cane abana”, ama leta, henshi mw’isi, nta gahengwe afise.

Ng'uku uko bigenda.

Joe Tidy, insiguro na Machado, A.

Ku mihora, uko abantu bashobora kuba baburwa
Insiguro y'isanamu, Kwabura ubutumwa abantu bahana