RDCongo: Ni ba nde bari k’urubuga rw’ingwano?
RDCongo: Ni ba nde bari k’urubuga rw’ingwano?
Yatangajwe
Muri Africa, bizwi ko RDC ari co gihugu amashirahamwe y’ibihugu, ishirahamwe mpuzamakungu ONU, yahuriye.
Bamwe bamazeyo imyaka bafasha leta kurwanya imirwi y’abarwanyi iharurwa ko irenga 100.
MONUSCO imazeyo igihe, SADC yitezweyo vuba, yarigeze kubayo mu ntambara za 1999-2003.
RDC izoronka gute amahoro ?




