Kuki kolera ibangamiye ibihugu vya Afrika nka Zambia?

Kuki kolera ibangamiye ibihugu vya Afrika nka Zambia?
Yatangajwe

Kuva m’ukwa 10, 2023, muri Zambia hamaze gupfa abashika 500 bahitanywe na cholera.

Zambia iri mu bihugu 30 bimenyesha ko bibangamiwe na cholera.

Ibirenga 15 muri ivyo, ni ivyo muri Africa.

Naho hakomejwe ugucandaga, “inkingo ntizoroshe kuboneka kuko abazihingura batari babandanije”.

Bivugwa n’abajejwe amagara muri Zambia, mu gihe hari abimurwa bavanwa aho ibangamiye.