Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umugabo yuriye k'umunara 'Big Ben', afise idarapo ya Palestina
Umugabo yuriye k'umunara 'Big Ben', afise idarapo ya Palestina
Yatangajwe
Uwo mugabo yar'afise idarapo ya Palestina, yuriye iyo nyubakwa ya 91m iri i London.
Yamazeyo amasaha arenga 16, agira imyiyerekano.
Igihe yamanurwa, uyo yiswe "intwari" n'abaje kumushigikira, yaciye apfungwa.
Yagirijwe kurenga amategeko, no guhungabanya umutekano.