Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uko ikinga ry’imashini nyabwonko rihindura ubuzima bw’abafise ubumuga bwo m’umutwe
Uko ikinga ry’imashini nyabwonko rihindura ubuzima bw’abafise ubumuga bwo m’umutwe
Yatangajwe
Iri kinga ry’intebe rikozwe ngo rifashe abagendana ubumuga bwo m’umutwe.
Ni ubuhinga buzimvye, bushobora gushika kuri $10 000, ariko bufasha guhindura ubuzima bw’abatovuye mu nzu.