"Narataye umutwe, ndahunga nsiga uruyoya rwanje"

Insiguro ya video, “Narataye umutwe, ndahunga nsiga uruyoya rwanje”
"Narataye umutwe, ndahunga nsiga uruyoya rwanje"
Yatangajwe

Abakiriho muri Gaza, baremera ko intambara zisiga ibikomere mu mitwe, no m'ubuzima.

Jumana Emad, umuvyeyi yahunze asiga uruyoya, ashinga intahe ati:

"Narasubiye kumutora, ariko mbabaye, ko kandaba kantwengera."

Ariko aremera ko uko bizogenda kwose, ibintu, ubuzima, atakizosubira kuba nka mbere.

Gaza: Jumana Emad avuga ko agira agahinda iyo yibutse uko yahunze asiga umwana.
Insiguro y'isanamu, Gaza: Jumana Emad avuga ko agira agahinda iyo yibutse uko yahunze asiga umwana.