Syria: Ahmed al-Sharaa – intango ziwe kugeza ubu
Syria: Ahmed al-Sharaa – intango ziwe kugeza ubu
Yatangajwe
Abu Mohammed al-Jolani (izina ry'ukuri: Ahmed al-Sharaa) kugeza ubu niwe abazwa impinduka za Syria.
Uyu yavukiye muri Saoudi Arabia ku bavyeyi ba Syria, ivyo ingwano yabitanguriye m'umuhari al-Qaeda, mu 2003.
Yagwanije intwaro ya Bashar al-Assad kuva mu 2016, gushika uno ahunge, mu 2024.
Ariko ahindura isura yiwe gute?




