Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umuriro uri Los Angeles: ibi bitukura ni ibiki?
Umuriro uri Los Angeles: ibi bitukura ni ibiki?
Yatangajwe
Ibitukura biboneka bisukwa n'indege i Los Angeles, aho umuriro umaze iminsi utongora.
Ni uruvange rw'amazi, imyunyu, ifumbire na 'mukorogo', bisukwa ahatarafatwa, ngo bizibire.
Aho m'ubumanuko bwa USA, Abantu n'imiburiburi 20 baramaze guhitanwa n'uwo muriro.
Urabe muri video uko ivyo bitukura bikora.