Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Korea y'epfo: kuki abagira imyiyerekano bimwesha?
Korea y'epfo: kuki abagira imyiyerekano bimwesha?
Yatangajwe
Abakukuruke mu vya gisirikare bagiye imbere y'abandi mu myiyerekano y'umubabaro ku ngingo za Perezida Yoon Suk Yeol wa Korea y'epfo.
Mu gihe yari yashinze ingingo ko igihugu kigiye gutwarwa gisirikare, abagira imyiyerekano bamusaba gutanga imihoho.
Kwimwesha, ni nko kugwana n'imigenzo, mu kwerekana ingumvu z'uko abantu biyumva.