Video: Raba ingene Kidumu yahimbaje isabukuru y'imyaka 50

Insiguro ya video, Kidumu mu giteramo co guhimbaza imyaka 50
Video: Raba ingene Kidumu yahimbaje isabukuru y'imyaka 50
Yatangajwe

Kuri uyu wa gatandatu itariki 2 z'ukwezi kwa Munyonyo(11), Nimbona Jean Pierre batazira Kidumu, yarahimbaje isabukuru y'imyaka 50.

Ivyo birori vyabereye aho yataye uruzogi, muri zone Kinama, komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura, bikaba vyari vyitabwe n'abantu isinzi.

Nimbona Jean Pierre batazira Kidumu ariko araririmba mu birori vyo guhimbaza isabukuru yiwe y'imyaka 50