Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
USA yirukanye aba nye Venezuela amajana bashikira mu gasho muri El Salvador
USA yirukanye aba nye Venezuela amajana bashikira mu gasho muri El Salvador
Yatangajwe
Intwaro ya Trump yihetse ku ngingo yo mu 1789 ikingira USA, mu kwirukana aba nye Venezuela barenga 200.
Vyavuzwe ko amategeko yarenzwe.
Perezida wa El Salvador we yavuze ko mu gihugu iwe hinjiye inkozi z'ibibi zirenga 260 zo mu migwi 'Tren de Aragua' na 'MS-13'.