Nepal, nyamugigima yaratikije akantu
Nepal, nyamugigima yaratikije akantu
Yatangajwe
Nyamugigima yateye mw’ijoro ry’uwa 03-11-2023, yari ifise inguvu nyinshi.
Umwe mu bategetsi yavuze ko abakomeretse baharurwa mu majana, ko n’abapfuye boba barenga 150.
Ababa m’uburengero bwa Nepal hababaye, bashinga intahe uko ivyabo vyononekaye.
Ntibatagira n’aho bakika umusaya.




