Music: iri jwi rikomeye mu baririmvyi b’aba Xhosa
Music: iri jwi rikomeye mu baririmvyi b’aba Xhosa
Yatangajwe
Abel Selacoe ni umu nya Africa y’epfo yakuriye mu gisagara Sebokeng.
M’umuryango iwabo, avuga ko kuva kuri ba sekuruza ata wutaririmba.
Ariko ivyo yize mu bwoko n’ubuhinga bw’aba Xhosa, we yabifatanije n’ubuhinga bwiwe.
Acurarangisha igisa nk’indonongo nini cane, y’imirya myinshi, “Cello”.
“Ndaryohegwa iyo nzi ko umuziki wanje wakwiye isi”




