Nigeria: abakobwa babiri barakoze icuma gihingura amazi meza yo kunywa

Insiguro ya video, Ubuhinga bw'abana b'abakobwa bayungurura amazi yo kunywa.
Nigeria: abakobwa babiri barakoze icuma gihingura amazi meza yo kunywa
Yatangajwe

Kubera ingorane zo kuja kurondera amazi meza yo kunywa kure cane,

kandi baba hafi y'inzuzi, abakobwa babiri bo muri Nigeria bashize imitwe hamwe.

Bakoze uburyo bwo kuyungurura no gutyorora amazi bakoresheje ubuhinga

bwo kuyashusha kugira abo mu kibano cabo no mu misozi ya kure.

Nigeria: Ubuhinga bw'abana b'abakobwa bayungurura amazi yo kunywa.
Insiguro y'isanamu, Ubuhinga bw'abana b'abakobwa bayungurura amazi yo kunywa.