Kosovo: uko irondezwa ry’ababuriwe irengero rikorwa

Insiguro ya video, Uko ababuze ababo bagiye hamwe ngo ukuri ntikuzozimangane.
Kosovo: uko irondezwa ry’ababuriwe irengero rikorwa
Yatangajwe

Inyuma y’imyaka 25 intambara zahuza abasoda b’aba ‘Serbes’ n’abatemera intwaro b’aba Albania zihitanye abantu batazwi neza igitigiri.

BBC yaronse intahe za bamwe mu bavyeyi batazi ukuri ku vyashikiye abana babo, n’agahinda babayemwo.

Mu gihe babona leta ataco ibikorako ngo hamenyekane ukuri nyakwo, abo bavyeyi biyunze mw’ishirahamwe ribafasha kwegeranya amakuru bafise ku vyashikiye ababo.

Kosovo: Uko ababuze ababo bagiye hamwe ngo ukuri ntikuzozimangane.
Insiguro y'isanamu, Uko ababuze ababo bagiye hamwe ngo ukuri ntikuzozimangane.