Titanic: kuki aho bwa bwato bwazimira bwagana, habangamye?
Titanic: kuki aho bwa bwato bwazimira bwagana, habangamye?
Yatangajwe
Abahinga b’ico gice, bahise ‘igicugu c’akarere’.
Huzuye ivyondo, n’amazi yaho afise inguvu zidasanzwe.
Kuzimira kw'igishitseyo rero, nta gitangaje muri ico gice c’ibahari Atlantic.