Gufunga muri Gaza bisigaye ari ikibazo gikomeye
Gufunga muri Gaza bisigaye ari ikibazo gikomeye
Yatangajwe
Ku bantu bari muri Gaza muri kino gihe biragoye cane kuronka ibifungurwa kubera ibitero vy'urutavanako vya Israel hamwe no kuzibirwa kw'imfashanyo.
Iyi ni inkuru y'ingene umuryango umwe wirwanako...