Kenya: “Ukuguru kwanje kwahimbuwe n’ingona”. Imvo?
Kenya: “Ukuguru kwanje kwahimbuwe n’ingona”. Imvo?

Ahavuye isanamu, Getty Images
Yatangajwe
Ibibera ku kiyaga Baringo vyerekana uko n’ibikoko nk’ingona bibangamiye abantu, kubera ihinduka ry’ikirere.
Ico kiyaga caragutse, amazi arimura abantu kubera ihinduka ry’ikirere.
Ivyo bikoko bikaze, ubu bishika mu bantu, batagira iyo bimukira.
Bagiriza leta ko ata kinini ikora mu kubakingira.



