Gaza : “Abo inzu zaguyeko, baraboroga bataka, tutari bubakureyo”
Gaza : “Abo inzu zaguyeko, baraboroga bataka, tutari bubakureyo”
Yatangajwe
Mu gihe Israel ibandanya itera ‘bombes’ kuri Gaza, abahaba barokoka, ntibagira iyo baja.
“Kuki mudutera 'bombes' mutwononera ubuzima?”
Ni ibibazo vy'ababa i Gaza, bitagira inyishu.