Gaza: “Eid insanze mu gahinga, ndi impfuvyi”

Gaza: “Eid insanze mu gahinga, ndi impfuvyi”
Yatangajwe

Muri Gaza, ni abana ibihumbi bashitse k’umunsi mukuru Eid al-Fitr babaye impfumvyi.

Ku myaka 24, Ali avuga ko ariwe asigaye ari se, sewabo, umugenzi, inakuru…w’abana

bo m’umuryango wiwe.

“Imbere y’intambara, twarateka isupu [sumakia] kwa nyokuru”.

Biri muri bimwe Layan w’imyaka 11 yibukana akabonge.

Eid ni umunsi mukuru usozera ukwezi kweranda kw’amapfungo Ramadan, mw’idini rya Islam.