Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Robo zikozwe nk’umuntu zigiye guhindura isi, ku bwenge bw’ubucurano AI
Robo zikozwe nk’umuntu zigiye guhindura isi, ku bwenge bw’ubucurano AI
Yatangajwe
Izi robo zirashimagizwa ko ari zo kazoza k’ubwenge bw’ubucurano (AI).
Abazikora bavuga ko intumbero yabo nkuru ari ukuzikoresha mw’iterambere no kworosha ubuzima bw’abantu.