Uko ihinguriro ry'ibiyayuramutwe ryo m'Ubuhindi ribangamiye Afrika y'uburengero

Insiguro ya video, Uko ihinguriro ry’ibiyayuramutwe ryo m’Ubuhindi ribangamiye Afrika y’uburengero
Uko ihinguriro ry'ibiyayuramutwe ryo m'Ubuhindi ribangamiye Afrika y'uburengero
Yatangajwe

Iryo hinguriro 'Aveo' rinagurisha imiti irimwo ibiyayuramutwe riri i Mumbai, muri India.

Abo bayigurisha barazi ko -nk'uko- yonona cane cane abana, ariko bo bavuga ko "Ari urudandaza rw'ubu".

Mw'itohoza rya BBC Eye, urwego rugenzura ikorwa ry'imiti m'Ubuhindi rwabwiye BBC ko ibihugu nk'ivyo birungikwamwo -ubwo burozi- vyokomeza igenzura ryavyo.

Mw’itohoza rya BBC Eye, hamenyekanye ibihugu bibangamiwe kuruta n'ubwo burozi.
Insiguro y'isanamu, Mw'itohoza rya BBC Eye, hamenyekanye ibihugu bibangamiwe kuruta.