Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uko Mary yarwaye 'cancer' y'umuhogo, akarokoka
Uko Mary yarwaye 'cancer' y'umuhogo, akarokoka
Yatangajwe
Mary yafashwe n'akantu kamubangamira m'umuhogo, akibaza ngo kazokwijana.
Amaze kubona akavyimba kw'izosi, yavyeretse umwe mu baganga, amubwira ko 'cancer' yiwe ishitse kure.
Bimwe mu bimenyetso vy'iyo 'cancer', harimwo ijwangarara ry'ijwi.
Ubu Mary arabandanya kuvugwa, naho iyo 'cancer' itakimubangamiye, abaganga ntibashobora kumubwira iyo yavuye, n'uko yakamanganye rwose.