Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel: Ng’iyi iyindi ntambara, ngo “ntibazimangane kw’isi”
Israel: Ng’iyi iyindi ntambara, ngo “ntibazimangane kw’isi”
Yatangajwe
Ni nk’abagabo 2, n’abagore 3 kuri 10 bapfuye, bamaze kubagwa bagakurwamwo intanga n’utundi duhimba dufasha mw’irondoka, bikabikwa.
Ni ingingo iteye impari mu gihugu, aho na bamwe mu bashingamateka bagiriza bamwe mu bacamanza ko bagwanya iyo ngingo.
Bavuga ko bigaragarira m’uko ivyo bene umuntu yapfuye basaba biteba m’ubucamanza.