Mu ntwaro, Syria izotwarwa nka Afghanistan?

Insiguro ya video, Mu ntwaro, Syria izotwarwa nka Afghanistan?
Mu ntwaro, Syria izotwarwa nka Afghanistan?
Yatangajwe

Ahmed al-Sharaa yahaye ikiganiro BBC avuga ko Syria benshi batayizi.

Agereranya yavuze ko Syria idashingiye ku miryango n'amoko, ko itotwarwa nka Afghanistan.

Ko igihugu casambutse, kandi al-Sharaa hari ibihugu bimushira mu migwi y'abagira iterabwoba,

yishuye ko bo bagiye guhagurukira ingorane z'igihugu bashingiye ku biriho ubu.

Ahmed al-Sharaam yavuze ko Syria ihanganye n'ingorane mu mpinduka zayo.
Insiguro y'isanamu, Ahmed al-Sharaam yavuze ko Syria ihanganye n'ingorane mu mpinduka zayo.