Russia – Korea ya ruguru : utahure ivyo uyu mubonano

Insiguro ya video, Aba ny’America, bavuga ko ata yindi mvo atari ivyo ibigwanisho.
Russia – Korea ya ruguru : utahure ivyo uyu mubonano
Yatangajwe

Aba ny’America, bavuga ko ata yindi mvo atari ivyo ibigwanisho.

Ibindi bitazovugirwa hejuru, ni inyungu za Korea ya ruguru, n’iza Russia.

Ni ibihugu biri mu bihe bidasanzwe.

Insiguro z'umubonano wa Kim wa Korea ya ruguru, na Putin wa Russia
Insiguro y'isanamu, Insiguro z'umubonano wa Kim wa Korea ya ruguru, na Putin wa Russia