Abatwa bo mu Burundi barafise ikibazo c'amatongo n'amikoro make

Insiguro ya video, Abatwa ahanini babeshejweho n'umwuga wo kubumba
Abatwa bo mu Burundi barafise ikibazo c'amatongo n'amikoro make
Yatangajwe

Abatwa babeshejweho n'umwuga wo kubumba wa ba sekuru na sekuruza ariko nta nyungu bakiwukuramwo.

Baracafise ibibazo bitandukanye, ariko buke buke bagenda batera imbere, kuko baraserukiwe mu bisata bitandukanye vy'igihugu.

Ndayisenga Claudine