Amatora ya Afrika y’epfo: benshi bavuga ko bashaka impinduka!
Amatora ya Afrika y’epfo: benshi bavuga ko bashaka impinduka!
Yatangajwe
“Ni ubwa mbere ntoye, ni ingingo ikomeye ku gihugu, kandi mbona n’abandi bakiri bato babwirizwa gutora”.
Vyavugwa n’umwe mu bakiri bato yatoye, avuga ko vyamuteye ‘akoba’ kuri ico gikorwa yar’araranguye.
Kuki benshi bavuga ko bashaka impinduka?

Ahavuye isanamu, AFP