Myanmar: aba robeli berekanye uturere bafashe
Myanmar: aba robeli berekanye uturere bafashe
Yatangajwe
Hari hasanzwe icuka c’intambara, kuva aho igisirikare gifatiye ubutegetsi mu 2021.
Muri Myanmar, kuva m’ukwa 10/2023, intambara zarasubiriye.
Leta ya gisirikare inemera ko yatakaje ibice yagenzura.
Intambara zagiye zirahuza ico gisirikare n’abashigikiye Aung Sun Sukyi n’abo bafatanya intwaro.
Abaharurwa mu bihumbi barataye izabo, abanda bahungira muri China na India.




