Burundi: Umugirwa wo kwatira abashingantahe washikanywe muri Amerika

Insiguro ya video, Amerika cabaye intara ya kabiri y’ubushingantahe-mu mahanga-, inyuma y’Ububiligi.
Burundi: Umugirwa wo kwatira abashingantahe washikanywe muri Amerika
Yatangajwe

“Imico yacu irafise agaciro twosangiza abandi”.

Patiri Ntabona Adrien yahagarikiye ibirori vyo kwatira muri leta ya Maine [USA] yanatanze n’inyigisho ku bijanye n’uwo mugirwa, ayo mabanga.

“Igihugu gikwije imiryango 8, barabisaba hanyuma bakagira intara y’ubushingantahe”.

Amerika cabaye intara ya kabiri y’ubushingantahe -mu mahanga-, inyuma y’Ububiligi.

Amerika cabaye intara ya kabiri y’ubushingantahe-mu mahanga-, inyuma y’Ububiligi.
Insiguro y'isanamu, Amerika cabaye intara ya kabiri y’ubushingantahe-mu mahanga-, inyuma y’Ububiligi.