Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Sudan: igihe igitero ca ‘drones’ cahusha Gen. Fattah
Sudan: igihe igitero ca ‘drones’ cahusha Gen. Fattah
Yatangajwe
Gen Abdel Fattah al-Burhan, umukuru w’igisirikare ca Sudan yahatswe kugandagurwa, nk’uko umuvugizi wa gisirikare yabibwiye BBC.
Umuhari RSF bamaze umwaka urenga barwana, wo urahakana ko ata ruhara ufise muri ivyo vyabaye.
Ico gitero cabereye mw’ikambi y’i Jabait cahitanye abantu 5 abandi barakomereka.
Ibi bibaye hategekanijwe ibiganiro vy’amahoro, muri uku kwa munani, babifashijwemwo na USA.