Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umunara wa Tour Eifel w'i Paris ufise "umwana"
Umunara wa Tour Eifel w'i Paris ufise "umwana"
Yatangajwe
Inyubako y'igitangaza iranga umuji wa Paris izwi nka Tour Eifel ikoze mu vyuma, ubu ifise "umwana" nyuma y'iciyumviro c'umuhinga mu tugenegene.