Wiyumviriye Botswana, ubona ‘diamand’
Wiyumviriye Botswana, ubona ‘diamand’
Yatangajwe
Duma Boko, perezida mushasha wa Botswana yiyemeje kuvyura ubutunzi.
Ni kimwe mu bihugu vya Africa kizwi ko gitekanye kandi gitunganijwe neza.
Ariko Perezida mushasha avuga ko hari ivyabwirizwa kuba vyarakozwe na mbere, kandi agiye gushingirako.
Uyu muhinga mu vyo amategeko avuga ko hari amasezerano abwirizwa gushirwa mu ngiro.




