Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nigeria: Ibiziga vy’abapfiriye mw’isanganya ry’ubwato biracatorwa
Nigeria: Ibiziga vy’abapfiriye mw’isanganya ry’ubwato biracatorwa
Yatangajwe
Naho kurondera aboba bagihema vyahagaritswe, muri Nigeria,
isanganya ry’ubwato riherutse ryahitanye n’imiburiburi 106.
Aho ryabereye, hakunze kubera impfu n’ibitero.
Bari bavuye m’ubugeni.