Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umuti w’ingwara zitwihishamwo, zinadutera umujinya n'umubano mubi
Agahinda, ubwoba, umuruho m’umutwe, biva ku mvo zitandukanye, nk’ivyiyumviro vyinshi.
Abafise ingorane kurusha abandi, nk’izijanye n’ubutunzi, izo mu ngo, abarwaje, abihebuye…
nta saganirizo ryo “gutorera inyishu izo ngorane baba bafise”.
Diane Ninteretse, umuhinga w’ivyo inyifato (psychologue), asigura uko umwe mu miti ari ukunonora imitsi, , na cane cane ku bagore.
Liliane Bapfunya, umumenyereza wo kunonora imitsi n’ivyo ingaburo, yerekana uko ‘sport’ ituma ugira umuneza uguhindurira n’inyifato.
Intahe, inyigisho