Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Afrika y’ubuseruko: abatwara ama kamyo
Afrika y’ubuseruko: abatwara ama kamyo
Yatangajwe
Muri ico gice ca Africa, abatwara ama kamyo bagira ingendo ndende cane, gushika ku 2 500km, umunsi ugahera.
Mu kubakingira ingwara, be n’imiryango, uyu mugambi ubafasha kuronka ubwogero n’ubwiherero.