Uragira ubwoba bwo kuvugira mu bantu?

Insiguro ya video, Pamela Maynard ahanura abandi afatiye ku vyo 'yakize'.
Uragira ubwoba bwo kuvugira mu bantu?
Yatangajwe

Pamela Maynard atwara ishirahamwe rikoresha abantu 60 000, mu bihugu 26.

Kugira ashike aho ashobora kuvugira mu bantu, vyamusavye umwimenyerezo ukomeye, n’impanuro.

Ubu azisangiza abandi.

Pamela Maynard, yahorana ingorane yo kuvugira mu bantu
Insiguro y'isanamu, Pamela Maynard, yahorana ingorane yo kuvugira mu bantu