Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Tanzania: ubuhinga buje nk’agakiza ku bana bavuka bataragera
Tanzania: ubuhinga buje nk’agakiza ku bana bavuka bataragera
Yatangajwe
Muri Tanzania, leta ivuga ko abana 3 kuri 10 bavuka bataragera, bapfa kubera ingorane zo guhema.
Wilson Fungameza ni umuforoma yakoze icuma kizimbutse cane, gitabara abana nk’abo, cane cane baba bafise amahaha aba atarakomera.
Yananditse igitabu cigisha abaforoma, ca mbere mu gihugu, uretse ibitaro vy’i Muhimbili akorera.