Tamara: uko amagogwa yiwe yamugize rurangiranwa

Insiguro ya video, Abashika imiliyoni 7 bahanzwe n’imihango, muri Africa y’epfo gusa.
Tamara: uko amagogwa yiwe yamugize rurangiranwa
Yatangajwe

Abakobwa bashika imiliyoni 7 bahanzwe n’ingaruka z’imihango, muri Africa y’epfo gusa.

Gem O’Reilley yaratohoje uko Tamara Magwashu amaze gufasha ibihumbi vy’abana b’abakobwa batari bwironse udutambara two m’ubutinyanka.

Abo barumuna, bashiki canke abana bacu,…raba uko yamenyekanye abafasha, n’uko abafasha.

Tamara afasha ababangamirwa n'imihango
Insiguro y'isanamu, Tamara afasha ababangamirwa n'ubutinyanka