Football: wa mumenyereza wenyene w’umugore muri Afrika

Insiguro ya video, Ellis, umumenyereza wa Banyana Banyana, yambitse umutamana igihugu ciwe.
Football: wa mumenyereza wenyene w’umugore muri Afrika
Yatangajwe

Inyuma y’imyaka 30 akinira umugwi w'umupira w'amaguru w'abagore Banyana_Banyana, wa Afrika y'eepfo,

Ellis Desiree niwe yashikanye igihugu ciwe ku ntsinzi mu mahiganwa ny’Afrika WAFCON, mu 2022.

Ellis yaganiriye BBC ivyo yaciyemwo ngo ashikire urwo rwego, n’uko abona kazoza k’abo bagore ba Banyana Banyana

Ellis Desiree, umumenyereza wa Banyana Banyana

Ahavuye isanamu, AFP

Insiguro y'isanamu, Umumenyereza wa Banyana banyana