Ecuador: igihe abitwaje ibirwanisho batera TV

Insiguro ya video, Igipolisi catabaye muri TV yatewe, haranafatwa abantu 13.
Ecuador: igihe abitwaje ibirwanisho batera TV
Yatangajwe

Muri Equateur, abateye bari banyegeje mu maso.

Mu nyuma igipolisi catabaye, haranafatwa abantu 13.

Ivyo vyabaye umunsi umwe inyuma y’aho leta imenyesheje ko igihugu kiri mu bihe bidasanzwe.

Ecuador: Igipolisi catabaye muri TV yatewe, haranafatwa abantu 13.

Ahavuye isanamu, Reuters

Insiguro y'isanamu, Igipolisi catabaye muri TV yatewe, haranafatwa abantu 13.