Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
VIDEO: Umunsi utoroshe ku ntwaro ya Perezida Ali Bongo muri Gabon
VIDEO: Umunsi utoroshe ku ntwaro ya Perezida Ali Bongo muri Gabon
Yatangajwe
Hiriwe haraba itembagazwa ry’intwaro ya Ali Bongo muri Gabon.
Abihweza ibintu, babona ko amatora ya Perezida yaheruka, yabaye imbarutso y’ivyabaye uno munsi.
Intwaro mbi, aka mwana wa mama, ubusuma mu matora, ni bimwe abo basirikare n’abapolisi bagiriza intwaro ya Ali Bongo.
Itembagazwa ry’ubutegetsi muri Gabon rikurikiye iriherutse muri Niger, co kimwe n’ibihugu bindi bitatu muri Afrika y’uburengero