Irak: uko mu kanya gato, abantu barenga 100 bapfuye
Irak: uko mu kanya gato, abantu barenga 100 bapfuye
Yatangajwe
Uburaruko bwa Irak, umuji witwa Qaraqosh, abantu amajana bari bitavye ubugeni.
Bivugwa ko umuriro wadukiye mu gicaniro cari cacanywe muri iyo nzu.
Hatanguye gufatwa igisenge c’iyo nzu, hanyuma ibara riragwa.
Hibajijwe vyinshi ku nyubako nk’iyo yatokombereyemwo abantu.




