Uko TikTok yinjiza amahera biciye no mu gushurashuza abana
Uko TikTok yinjiza amahera biciye no mu gushurashuza abana
Yatangajwe
TikTok ni umwe mu mihora iryosharyosha abakiri bato, biciye nko mu vyo imiziki.
Nko muri Kenya, abayikoresha bakerekana amasanamu yabo, akarabwa na benshi, barashobora kubironkeramwo amahera.
Ariko iri tohoza rya BBC Eye ryashize ahabona uko hadukiramwo gushurashuza no gufata ku nguvu, n'abana batarakwiza imyaka na 15.



